Agasaro
Podcast
Mu Burundi kwiyamamariza amatora y'abashingamateka n'abajyanama b'amakomine byatangiye.
0:00
-30:00

Mu Burundi kwiyamamariza amatora y'abashingamateka n'abajyanama b'amakomine byatangiye.

Gahunda yo kwiyamamariza amatora azaba italiki 5 mu kwezi kwa 6 butangiye kuri uyu wa kabiri. Abakandida barenga ibihumbi 9 nibo bitezwe gukwira mu banyagihugu babasobanurira imigambi yabo. Ubudasa bw'aya matora n'aheruka nuko ubu biboneka ko abantu batekanye, abazitoza bategetswe kwiyamamaza boroherana.

Discussion about this episode

User's avatar

Ready for more?